Zimwe mu mpari zabaye mw’ishengero rya Katolika kugira Mariya ahabwe ikibanza n’icubahiro afise ubu mw’iryo shengero.
Mariya nyina wa Yezu/Yesu yoba yaravyaye abandi bana? Mbega si umugore nk’abandi? Mu vyo bamwe n’abandi bamuvugako ukuri ni ukuhe? Twarinjiye mu kwezi kwa Gitugutu
Read more