nagaciro Magazine
FacebookYoutube
  • Intango
  • Ubutunzi
  • Imico
  • Inkino
  • Amagara Y’abantu
  • Ibidukikije
  • Ivyo dukora
    • Amasanamu
    • Video
    • ugutunganya imbuga ngurukanabumenyi
    • Ukumenyekanisha
    • Guhindura indimi (traduction)
  • Utuntu n’utundi
  • Kirundi
    • Français
    • English
  • nagaciro Magazine

    Butanyerera: Musitanteri wa Busoni yatunganirije umworozi yari yaciwe ihadabu rirengeye n’umukuru wa zone Cumba

    Bujumbura: Ibitaro Prince Régent Charles biramutswa umuyobozi mushasha

    Mariya Madalena wo mu gitabo ca Bibiliya benshi bakunze kwihendako ni nde?

    Butanyerera: Musitanteri wa Busoni yatunganirije umworozi yari yaciwe ihadabu rirengeye n’umukuru wa zone Cumba

    End EndMar 26, 2026March 26, 20260
    Ingingo yo guca ihadabu ry’amafaranga 1 751 000 uwaragiye impene 17 yarahagaritswe na musitanteri wa Busoni. Kuri uyu wa 24 Ntwarante 2026, François Xavier Karenzo
    Read more

    Bujumbura: Ibitaro Prince Régent Charles biramutswa umuyobozi mushasha

    End EndMar 18, 2026March 18, 20260
    Muganga Oscar Nimpaye yasubirijwe mu mabanga yo kurongora ibitaro “Prince Régent Charles”.Ibitaro Prince Régent Charle bigiye kuramutswa muganga Vianney Ndayishimiye yagenywe n’itegeko ry’umukuru w’igihugu ryo
    Read more

    Mariya Madalena wo mu gitabo ca Bibiliya benshi bakunze kwihendako ni nde?

    Davy IRACADUKUNDAMar 17, 2026March 17, 20260
    Uwo benshi mu gitabo ca bibiliya bita Mariya Madalena aho bamwe bamwita ko yari umusambanyi woba wari uzi ko uyu mugore bamwihendako cane. Mariya Madalena
    Read more

    Patiri Joseph De Cillia Giuseppe azwi cane nka Buyengero umwe mu ntibagirwa mu Burundi

    Ruy NKEMMAMar 12, 2026March 12, 20260
    Haraciye imyaka umuparitiri yameyekanye cane mu Burundi cane cane mu gisagara ca Bujumbura nka “Buyengero” asezeye isi. Hari kw’igenekerezo rya 4 nzero umwaka wa 2015
    Read more

    “Césarienne” canke “Ukubaga umugore mu kwibaruka” vyoba vyatanguye ryari, ni inde yabigerageje ubwa mbere?

    MPUNDUYERAMar 10, 2026March 10, 20260
    Ni inkuru ndende twashimye kubasesangurira y’inkomoko y’ubuhinga bwamaze gutera imbere bwo kubaga abagore mu kwibaruka buzwi nka “Césarienne”. Ijambo ‘cézarienne’ rikaba rikomoka mu rurimi rw’ikilatini
    Read more

    Uburundi ni bwo bugifise ibiciro vy’ivyankenerwa biri hejuru mu bihugu vyo mu karere.

    End EndMar 9, 2026March 9, 20260
    Faustin Ndikumana arongoye ishirahamwe PARCEM yabishikirije kuwa 06 Ntwarante 2026 mu kiganiro iryo shirahamwe ryahaye abamenyeshamakuru. “Ugifise ibiciro bitari musi y’ibice 10%, ubutunzi bwawe buba
    Read more

    Ingaruka zitandukanye zo gutwara inda mu gihe ukiri muto

    Davy IRACADUKUNDAMar 9, 2026March 9, 20260
    “Umwana w’imyaka cumi n’itanu avyara uwundi mwana ni ingorane, ni ingorane ikomeye cane.” Ni kuri ayo majambo y’umuhisi yahoze arongoye igihugu cacu c’Uburundi Nyenicubahiro Petero
    Read more

    Sandra Muhoza na Kenny Claude Nduwimana, abamenyeshamakuru bahora mu mvuto baraye mu miryango yabo.

    End EndMar 5, 2026March 5, 20260
    Kuri uyu wa 04 Ntwarante 2026, ni akanyamuneza mu muryango w’abamenyeshamakuru mu Burundi aho abari bapfunzwe baraye barekuwe vy’agateganyo.Sandra Muhoza yari yaciriwe igihano co gupfungwa
    Read more

    Igihugu ca Kenya giheruka guta muri yompi umuntu yagirizwa gushora abanya Kenya kurwana mu burusiya

    Ruy NKEMMAMar 2, 2026March 2, 20260
    Abashika 1000 nibo banya Kenya bamaze kumenyekana ko bahawe akazi ko kuja kurwana mu ntambara ihuza Uburusiya na Ukraine Inzego z’umutekano muri Kenya zarahagaritse umugabo
    Read more

    Abahinga bavuga ko urukundo rwoba rutarenza imyaka itatu ahubwo riho ngo rurarangira rukagenda

    Ruy NKEMMAFeb 25, 2026February 25, 20260
    Ushobora kuba wari umaze kwumva ko urukundo hagati y’abubatse canke hagati y’umukobwa n’umuhungu rutarenza imyaka itatu. Ukaba utari bwavyumve naho reka twumve ico abahinga babinonosoye
    Read more

    Posts navigation

    1 … 6
    View Desktop Version

    Powered by PenciDesign

    Back To Top