
Amakuru Mashasha
Bujumbura: Ibitaro Prince Régent Charles biramutswa umuyobozi mushasha
Muganga Oscar Nimpaye yasubirijwe mu mabanga yo kurongora ibitaro “Prince Régent Charles”.Ibitaro Prince Régent Charle...
Mariya Madalena wo mu gitabo ca Bibiliya benshi bakunze kwihendako ni nde?
Uwo benshi mu gitabo ca bibiliya bita Mariya Madalena aho bamwe bamwita ko yari umusambanyi...
Patiri Joseph De Cillia Giuseppe azwi cane nka Buyengero umwe mu ntibagirwa mu Burundi
Haraciye imyaka umuparitiri yameyekanye cane mu Burundi cane cane mu gisagara ca Bujumbura nka “Buyengero”...
“Césarienne” canke “Ukubaga umugore mu kwibaruka” vyoba vyatanguye ryari, ni inde yabigerageje ubwa mbere?
Ni inkuru ndende twashimye kubasesangurira y’inkomoko y’ubuhinga bwamaze gutera imbere bwo kubaga abagore mu kwibaruka...
Uburundi ni bwo bugifise ibiciro vy’ivyankenerwa biri hejuru mu bihugu vyo mu karere.
Faustin Ndikumana arongoye ishirahamwe PARCEM yabishikirije kuwa 06 Ntwarante 2026 mu kiganiro iryo shirahamwe ryahaye...
Ingaruka zitandukanye zo gutwara inda mu gihe ukiri muto
“Umwana w’imyaka cumi n’itanu avyara uwundi mwana ni ingorane, ni ingorane ikomeye cane.” Ni kuri...
Sandra Muhoza na Kenny Claude Nduwimana, abamenyeshamakuru bahora mu mvuto baraye mu miryango yabo.
Kuri uyu wa 04 Ntwarante 2026, ni akanyamuneza mu muryango w’abamenyeshamakuru mu Burundi aho abari...
Igihugu ca Kenya giheruka guta muri yompi umuntu yagirizwa gushora abanya Kenya kurwana mu burusiya
Abashika 1000 nibo banya Kenya bamaze kumenyekana ko bahawe akazi ko kuja kurwana mu ntambara...
Editorials
Intambo n’umurisho w’ingoma n’ivyiza Uburundi bw’irata, izi zigahurumbirwa n’abarundi ubwabo n’abanyamahanga badasigaye inyuma.
Mu mwaka w’2011 ingoma z’Uburundi zarashizwe mu mutigiri w’itunga Kama ry’isi nk’uko bikorwa n’ishirahamwe mpuzamakungu UNESCO. Izi ngoma zamye ari...
