Rwanda: Umutama yabonye umubanyi ahambwe nabi aca ahitamwo kwigurira kare isandugu azohambamwo
Umutama yabonye umugabo w’umubanyi ahambwe nabi aca afata ingingo yo gutegura amaziko yiwe. Ntamuturano Leonidasi umutama w’imyaka irenga 70 ava mugihugu c’urwanda yaraguze isanduga azohambwamwo,
Read more