Umukuru w’igihugu c’Uburundi yishikiye kuremesha Samia Suluhu arongoye Tanzania aheruka kubura umufasha.
Kuri uyu wa kabiri igenekerezo rya 8 Nyakanga 2026, umukuru w’igihugu c’Uburundi Evariste Ndayishimiye aherekejwe n’umutambukanyi wiwe yarashitse mu gihugu ca Tanzania i Kizimkazi Mtendeni
Read more