Mu mwaka wa 2025 ingo zasavye kwahukana zingana ibihumbi bine n’amajana ane na mirongo indwi n’icenda(4479) mu gihugu c’Urwanda
Ingo zirenga ibihumbi bine n’amajana ane nizo zasavye kwahukana mu gihigu c’Urwanda mu mwaka wa 2025 wonyene nk’uko ivyegeranyo bishikirizwa n’ikigo National Institute of Statistics
Read more