Ibihano vyahabwa uwishe umuntu n’igihe vyashika uwishe n’uwiciwe bagasubiza hamwe.
Intunganyo y’imibano aho hambere Abarundi barayamaze bati : « Ntazibana zidakomanya amahembe », ahandi naho ngo « ahari abantu hama uruntu runtu ». Muri kahise k’uburundi, vyamye bishika ko abantu
Read more