Umuririmvyi Canjo Amissi yaciye mu biki gushika yandike amateka nkayo tumuziko uyu munsi?
Canjo Amissi yavukiye ku mutumba wa Shikiro mu ntara ya Ngozi mu mwaka wa 1957, se yitwa Mfyisi Husseni nyina Asina, se akaba yari mw’idini
Read more