nagaciro Magazine
FacebookYoutube
  • Intango
  • Ubutunzi
  • Imico
  • Inkino
  • Amagara Y’abantu
  • Ibidukikije
  • Ivyo dukora
    • Amasanamu
    • Video
    • ugutunganya imbuga ngurukanabumenyi
    • Ukumenyekanisha
    • Guhindura indimi (traduction)
  • Utuntu n’utundi
  • Kirundi
    • Français
    • English
  • nagaciro Magazine

    Muganga Catherine Solano avuga iki kuvyerekeye ingaruka zo kwikinisha?

    Amwe mu mabanga yinyegeje muco twita « Ubusugi »

    Ubundi bwoko bw’ihohoterwa rifatiye ku gitsina abigeme bagendana ubumuga bagirirwa

    Uko amashengero ya Pantekoti yatanguye kw’isi mw’ido n’ido.

    Davy IRACADUKUNDADéc 3, 2025décembre 3, 20250
    Mu misi iheze twarumvise intureka n’ibihuhusi vyariko bikubita ishengero ry’abapentekoti mu Burundi (vyiza twovuga amashengero y’abapentekoti). Uno musi rero twashimye kugaruka ku karanga k’ayo mashengero
    Read more

    Menya vyinshi ku gafuko gato kari ku mufuko w’ipantalon y’ijinisi

    Ruy NKEMMADéc 3, 2025décembre 3, 20250
    Bamwe bakita bary’incuti, abandi bakagafata nk’akabanki kababikira uduhera ngendanwa, abandi bakabura n’ico bagakoza. Ako ni agafuko gato kari ku mufuko w’ipantalo y’ijinisi (Jeans). None koba
    Read more

    Ibimenyetso icumi biranga umuntu w’incabwenge

    Yves RUSERUKANINEZAOct 17, 2025novembre 2, 20250
    Iyo umuntu aciye ubwenge mu buzima atari mw’ishure gusa, hariho ibimenyetso bimwe bimuranga kandi akenshi nya muntu ntaba azi ko ari incabwenge kubwavyo. Abahinga mu
    Read more

    Uko ukwita amazina iminsi igize iyinga (indwi) vyatanguye

    Davy IRACADUKUNDAOct 16, 2025octobre 16, 20250
    Urashaka kumenya aho ibintu vy’imisi vyazananye? Kubera iki ari indwi? Mbega burya amazina tumenyereye kwita imisi igize iyinga mu ndimi zitandukanye yaje gute? Niyo mazina
    Read more

    Ibihugu bimwe ntibirota bikuraho igihano co gupfa n’ubwo ari ibihugu vy’abakirisu

    Davy IRACADUKUNDAOct 14, 2025octobre 14, 20250
    Mu ndwi iheze mu gihugu c’Ubufaransa barinjije ibisigarira vy’uwahoze ari umushikiranganji w’ubutungane Robert Badinter mu nzu y’amateka “Panthéon” ibisigura ko yinjijwe mu gitigiri c’abantu bandikishije
    Read more

    Uko idini ry’ivyabona vya Yehova ritunganije

    Davy IRACADUKUNDAOct 12, 2025octobre 14, 20250
    Mbega waruzi ko utohirahira ngo ushimane n’icabona ca Yehova utari mw’iryo dini? Ni igiki kiranga Ivyabona vya Yehova mu mico n’imigenzo yabo kikabatandukanya n’abemera b’ayandi
    Read more

    Uko ishengero ry’abadiva ryatanguye kw’isi hamwe no mu Burundi

    Davy IRACADUKUNDAOct 8, 2025octobre 10, 20250
    Uyu musi tuyage gato kw’ishengero rya #adventiste benshi tuzi kw’izina ry’abadiva. Mbega iryo shengero ryatanguye gute? Rishingiye inyigisho zaryo kuki? Hoho mu Burundi ryahashitse ryari?
    Read more

    Ukurangiza vuba bishikira igitsina gabo vyoba ari ibiki?

    Davy IRACADUKUNDAOct 8, 2025octobre 8, 20250
    Gusohora intanga hakiri kare ivyo bakunze kwita kurangiza vuba (#éjaculation précoce), vyoba biva kuki? Bifata bande? Mbega biravurwa? Tugira tubice irya n’ino muri ino nkuru
    Read more

    Umurwi « NINDE » ni umurwi wakujije benshi mu Barundi n’ubu ukaba ukibaryohera kubera ibikino vyawo.

    Ruy NKEMMAJuil 9, 2025octobre 8, 20250
    Déo HAKIZIMANA batazira Kireko
    Read more

    Urwaruka ruri hagati y’imyaka 18 na 21 rwaraye rwerekanye impano zarwo muri rya higanwa Shirukamazinda

    Ruy NKEMMAJuil 1, 2025octobre 8, 20250
    Kuri uyu wa 30 Ruheshi mw’ishirahamwe Akanyaburunga bafashanije na Gisabo Tours baratunganije ihiganwa ry’ivyese biri mu rurimi rw’ikirundi ihiganwa ryari ryitabiriwe n’urwaruka rukiri ruto. Kuri
    Read more

    Navigation des articles

    1 2 … 4
    View Desktop Version

    Powered by PenciDesign

    Back To Top