Inama Nshingamateka y’Ubufaransa yemeje itegeko rikura ibwirizwa ry’imibonano mpuzabitsina mu rugo
Hari ku musi wa hirya y’ejo ku wa gatatu(28/01/2026) aho abagize Inama Nshingamateka y’Abafaransa batora itegeko ryiyamiriza guhatirwa imibonano mpuzabitsina (violences sexuelles) gushika no mu...
