Umwigeme Bernadette Niyoyitungira asanzwe agendana ubumuga ariyamiriza inyifato isa n’ihohoterwa rifatiye ku gitsina abigeme bagendana ubumuga bagirirwa. Ni muciyumviro kiri mu rurimi rw’icongereza umwigeme w’umurundikazi...
Wari uzi ko ivyo benshi bibaza ku busugi bw’abigeme atari vyo ndetse abakobwa bashobora kuba barenganywa rimwe na rimwe? Hoho woba wari uzi ko ubusugi...
Syndrome d’auto-brasserie/auto-brewery syndrome ni ingwara ituma haba ivumbuka ry’urugero rw’inzoga mu mubiri wa muntu. Iyi ndwara ifata umuntu mu kaborerwe kadasanzwe kandi atigeze asoma n’akama...