Mu marira menshi n’ibigumbagumba umuririmvyikazi Celine Dion yaraye agarutse kuri scene muri concert inyuma y’imyaka 6 yarahagaritse ibiteramo kubera ingwara ifata inyama z’umubiri. Kuri uyu...
Umurwi « Seka Music Live Band » umenyerewe mu guteramisha abantu mu bunywero butandukanye hamwe no mu manza, ni umurwi w’abaririmvyi bakiri bato basanzwe bamenyereye akazi k’umuziki....
Christophe Matata ni umwe baririmvyi b'abarundi bakoze bigashimwa aho hambere ibituma n'ubu mu muziki w'uburundi imyaka ya 1970 canke 1980 iguma igaruka mu biteramo bitandukanye...