Wari uzi ko ivyo benshi bibaza ku busugi bw’abigeme atari vyo ndetse abakobwa bashobora kuba barenganywa rimwe na rimwe? Hoho woba wari uzi ko ubusugi...
Mariya nyina wa Yezu/Yesu yoba yaravyaye abandi bana? Mbega si umugore nk’abandi? Mu vyo bamwe n’abandi bamuvugako ukuri ni ukuhe? Twarinjiye mu kwezi kwa Gitugutu...
Mu misi iheze twarumvise intureka n’ibihuhusi vyariko bikubita ishengero ry’abapentekoti mu Burundi (vyiza twovuga amashengero y’abapentekoti). Uno musi rero twashimye kugaruka ku karanga k’ayo mashengero...
Mu ndwi iheze mu gihugu c’Ubufaransa barinjije ibisigarira vy’uwahoze ari umushikiranganji w’ubutungane Robert Badinter mu nzu y’amateka “Panthéon” ibisigura ko yinjijwe mu gitigiri c’abantu bandikishije...
Mbega waruzi ko utohirahira ngo ushimane n’icabona ca Yehova utari mw’iryo dini? Ni igiki kiranga Ivyabona vya Yehova mu mico n’imigenzo yabo kikabatandukanya n’abemera b’ayandi...