Category : Imico

AmadiniImicoImigenzo

« Mu Mana Za Mugera » ikibanza ceranda camyeho kuva imbere y’umuzo w’abazungu camye gihuriramwo abarundi isinzi baje kwambaza Imana.

Clovis NIYONKURU
Dutembere gato muri kahise turabire hamwe iki kibanza. Kumbure bamwe mwakuze mwumva aho bita mu “Mana za Mugera” None ni hehe? Hamaze iki? Ubu ho...
EditorialImicoImigenzo

Intambo n’umurisho w’ingoma n’ivyiza Uburundi bw’irata, izi zigahurumbirwa n’abarundi ubwabo n’abanyamahanga badasigaye inyuma.

MPUNDUYERA
Mu mwaka w’2011 ingoma z’Uburundi zarashizwe mu mutigiri w’itunga Kama ry’isi nk’uko bikorwa n’ishirahamwe mpuzamakungu UNESCO. Izi ngoma zamye ari akaranga k’inkoramutima karanze abarundi kuva...