nagaciro Magazine
FacebookYoutube
  • Intango
  • Ubutunzi
  • Imico
  • Inkino
  • Amagara Y’abantu
  • Ibidukikije
  • Ivyo dukora
    • Amasanamu
    • Video
    • ugutunganya imbuga ngurukanabumenyi
    • Ukumenyekanisha
    • Guhindura indimi (traduction)
  • Utuntu n’utundi
  • Kirundi
    • Français
    • English
  • nagaciro Magazine

    Muganga Catherine Solano avuga iki kuvyerekeye ingaruka zo kwikinisha?

    Amwe mu mabanga yinyegeje muco twita « Ubusugi »

    Ubundi bwoko bw’ihohoterwa rifatiye ku gitsina abigeme bagendana ubumuga bagirirwa

    Ingwara y’ivumbuka ry’urugero rw’inzoga (alcool) mu mubiri ituma uborerwa utanyoye n’ingwara nki?

    Clovis NIYONKURUJuin 16, 2025juin 16, 20250
    Syndrome d’auto-brasserie/auto-brewery syndrome ni ingwara ituma haba ivumbuka ry’urugero rw’inzoga mu mubiri wa muntu. Iyi ndwara ifata umuntu mu kaborerwe kadasanzwe kandi atigeze asoma n’akama
    Read more

    Ibihano vyahabwa uwishe umuntu n’igihe vyashika uwishe n’uwiciwe bagasubiza hamwe.

    Clovis NIYONKURUMai 14, 2025mai 14, 20250
    Intunganyo y’imibano aho hambere Abarundi barayamaze bati : « Ntazibana zidakomanya amahembe », ahandi naho ngo « ahari abantu hama uruntu runtu ». Muri kahise k’uburundi, vyamye bishika ko abantu
    Read more

    Bimwe mu vyo twomenya ku ruririrmbo “Burŭndi bwacu” ruhayagiza igihugu c’Uburundi

    Clovis NIYONKURUMai 14, 2025mai 14, 20250
    Ururirimbo Burundi bwacu hamwe umuntu yokwibaza ko ari ururirimbo rutitawe ho bikwiye kandi ariyo ndirimbo isumba izindi. Ivyo bibonekera kuba abarundi bamwe urwo ruririmbo bataruzi
    Read more

    Seka Music Live umurwi w’abakiri bato bateramisha abantu mu bunywero.

    Ruy NKEMMAMai 14, 2025mai 14, 20250
    Umurwi « Seka Music Live Band » umenyerewe mu guteramisha abantu mu bunywero butandukanye hamwe no mu manza, ni umurwi w’abaririmvyi bakiri bato basanzwe bamenyereye akazi k’umuziki.
    Read more

    Terry fox umunya Canada yiguze abarwayi ba kansere yo mu kuguru n’ubu aribukwa mu mice myinshi y’isi

    Ruy NKEMMAMai 14, 2025mai 14, 20250
    Umunya Canada Terry fox ntiyibagirwa kuco yakoze mukwiruka amahanga n’ukuguru kumwe yari asigaranye arondera gufasha abandi. Terry Fox yavukiye i Winnipeg mugihugu ca Canada akura
    Read more

    Akamaro k’inka y’aho hambere mu mice yose

    Clovis NIYONKURUMai 7, 2025mai 7, 20250
    Ubworozi bw’inka mu Burŭndi, inka igitungwa ibikigize nka vyose bifise akamaro kandi ata na kimwe gitabwa kidakoreshejwe.
    Read more

    Igiti c’umurinzi n’ibitangaza cakoze mu barundi b’aho hambere

    Clovis NIYONKURUMai 7, 2025mai 7, 20250
    Ibidukikije nivyo vyadukujije. Muri ivyo, ibiti vyari bifise akamaro kadasanzwe mbere harimwo n’ivyari vyubashwe cane
    Read more

    Ubutwari bwa Sebastião Ribeiro Salgado 

    Ruy NKEMMAMai 6, 2025mai 7, 20250
    N’ubwo mu buzima bwa minsi yose umuntu azwi ko ari we yica isi mu kwonona ibidukikije, hari n’abandi batanga icizere mu gukora ibintu bitangaje vyo
    Read more

    Wari uzi ko igihugu ca Costa Rica kitagira igisirikare?

    Ruy NKEMMAMai 6, 2025mai 6, 20250
    Igihugu ca Costa Rica nico cabaye icambere kw'isi muguhanaguru burundu igisirikare caco kuva mumwaka wa 1948 inyuma y'intambara ihuza abanyagihugu baco (guerre civile)
    Read more

    Esthere Munezero umwe mu bigeme b’abarundikazi bikorera utwabo aratuyagira urugendo rwiwe.

    Ruy NKEMMAMai 6, 2025juin 16, 20250
    Uretse ukumwenyura kwiza kw’umwigeme Esthere Munezero kukwakira ugishika mu biro iwe aho asanzwe akorera ivyo gushariza mu mazu, ubwenge n’ubwitonzi uyu mwigeme afise buratuma ugira
    Read more

    Navigation des articles

    1 … 3 4
    View Desktop Version

    Powered by PenciDesign

    Back To Top