nagaciro Magazine
FacebookYoutube
  • Intango
  • Ubutunzi
  • Imico
  • Inkino
  • Amagara Y’abantu
  • Ibidukikije
  • Ivyo dukora
    • Amasanamu
    • Video
    • ugutunganya imbuga ngurukanabumenyi
    • Ukumenyekanisha
    • Guhindura indimi (traduction)
  • Utuntu n’utundi
  • Kirundi
    • Français
    • English
  • nagaciro Magazine

    Butanyerera: Musitanteri wa Busoni yatunganirije umworozi yari yaciwe ihadabu rirengeye n’umukuru wa zone Cumba

    Bujumbura: Ibitaro Prince Régent Charles biramutswa umuyobozi mushasha

    Mariya Madalena wo mu gitabo ca Bibiliya benshi bakunze kwihendako ni nde?

    Ico urwaruka rwo muri kaminuza ULT rwibaza ku kuganira ku buzima ndoragitsina

    Davy IRACADUKUNDAFeb 25, 2026February 25, 20260
    Kw’igenekerezo rya 20 Ruhuhuma 2026, mu bigo vya Kaminuza yitiriwe ikiyaga Tanganyika (Université du Lac Tanganyika) i Bujumbura, haratunganijwe ikiyago “débat” cahuje abanyeshure biga kw’iyo
    Read more

    Ingendo zishika kuri 9 umuntu yogira umuziro akiri muto kugira azosaze ahimbawe

    Clovis NIYONKURUFeb 23, 2026February 26, 20260
    Mbega wari uzi ko ba bavyeyi bankira abana kwubakana iyo bikundaniye bibagirako ingaruka mu busaza? Ingo turabire hamwe ingingo icenda zituma umuntu asaza anezerewe. Ugusaza
    Read more

    Ishirahamwe ALUCHOTO rivuga iki kw’ihohoterwa ry’agateka ka zina muntu mu Burundi?

    Yves RUSERUKANINEZAFeb 19, 2026February 19, 20260
    “Mubakwegera Uburundi ibihano harimwo aba OPJ bagize i deal gupfungira abantu ubusa (bamuhaye ibihumbi 50 umuntu acashirwa mu gasho).” Vianney Ndayisaba arongoye ishirahamwe ALUCHOTO yabishikirije
    Read more

    Valentino mweranda umuvunyi w’abakundana ni nde?

    Davy IRACADUKUNDAFeb 17, 2026February 17, 20260
    Kw’igenekerezo rya 14 Ruhuhuma uko umwaka utashe ni umusi mukuru wo kwibuka umweranda Valentino yabayeho mu kinjana ca gatatu inyuma ya Yezu Kristu araheza ashirwa
    Read more

    Aheruka kwibaruka ku myaka 91 ibiriko bitangaza abatari bake

    Ruy NKEMMAFeb 16, 2026February 16, 20260
    Ku myaka mirongo icenda n’umwe(91) yiwe yaraye yibarutse umwana agira indwi avuga ati “Sinshaje nk’uko muvyibaza” Pierre Sablé uwahoze ari umurimyi w’umufaransa aba mu gice
    Read more

    PARCEM ibona ko kwegereza ubutegetsi abanyagihugu bikwiye kujana no kubegereza amafaranga.

    End EndFeb 16, 2026February 16, 20260
    “Umutangakori atanga incuro zibiri. Ukariha OBR ugaca usubira ukariha ikomine!”Faustin Ndikumana arongoye ishirahamwe PARCEM, yabishikirije kuri uyu wa 12.02.2026 ayo yerekana ko kwegereza ubutegetsi abanyagihugu
    Read more

    Kaminuza y’uburundi iherutse gufata ingingo nshasha zerekeye uburaro bwayo

    End EndFeb 6, 2026February 6, 20260
    Umuyobozi ajejwe uburaro muri kaminuza y’Uburundi avuga ko abarekuriwe kuba mu bigo vya kaminuza y’Uburundi ko ari bo babibamwo? “Vyarabonetse ko hari igitigiri kinini c’ababa
    Read more

    OLUCOME rihanura iki abategetsi b’Uburundi ku munsi wo guhimbaza ubumwe bw’abarundi?

    Yves RUSERUKANINEZAFeb 4, 2026February 4, 20260
    “Abatwara uyu musi ntibaje ngaho bavuge ngo nibo bakunda igihugu kurusha abandi, nta muntu n’umwe akunda igihugu kurusha uwundi” Gabriel Rufyiri Gabriel Rufyiri arongoye ishirahamwe
    Read more

    Imvo abahinga bavuga zituma ukugumbaha ku bagabo kuguma kwiyongera

    Yves RUSERUKANINEZAFeb 4, 2026February 4, 20260
    Ukutavyara ku bagabo bitera vyiyongera, ivyigwa vy’abahinga birerekana imvo zitanu zitera ukugabanuka kw’intanga (spermatozoïdes). Igitigiri cari kimenyerewe c’intanga(spermatozoïdes) umugabo asohora iyo arangije imibonano mpuzabitsina, caragabanutse
    Read more

    Umusirikare wese afise igitabu c’inzira (passeport) mu Burundi ategerezwa kuba yabisubije gushika ku 10/02/2026

    End EndFeb 4, 2026February 4, 20260
    Umusirikare wese afise igitabu c’inzira (passeport) ku giti ciwe canke ico cose kimwemerera kurenga imbibe asabwa kuba yayisubije bitarenze igenekerezo rya 10 Ruhuhuma 2026. Abenegihugu
    Read more

    Posts navigation

    1 2 … 6
    View Desktop Version

    Powered by PenciDesign

    Back To Top