Igihugu ca Kenya giheruka guta muri yompi umuntu yagirizwa gushora abanya Kenya kurwana mu burusiya
Abashika 1000 nibo banya Kenya bamaze kumenyekana ko bahawe akazi ko kuja kurwana mu ntambara ihuza Uburusiya na Ukraine Inzego z’umutekano muri Kenya zarahagaritse umugabo...
