Category : Politike

PolitikeUtuntu n'utundi

Amakuba umukenyezi n’abana ba Rwagasore bahuye na yo

Ruy NKEMMA
Umupfasoni wa Rwagasore be n’abana biwe bari mubatigeze bavurwa, ariko nabo bakaba barabonye amakuba ndetse aba boba baranishwe. Mu nkuru y’urubuga rwa Yaga Burundi yo...
PolitikeUbutungane

Ibimenyetso nsimusiga vyerekana ko Rwagasore ata minsi yari asigaje atishwe

Ruy NKEMMA
Imbere y’uko umuganwa Rudoviko Rwagasore agandagurwa arashwe hariho ibimenyetso nsimusiga vyerekana ko ata minsi asigaje, mbere akaba yari amaze guhakwa gatatu. Mu nkuru y’ikinyamakuru Iwacu,...
PolitikeUbutunziUmuziki

Kidumu yahagurutse avugira abarundi bari muri Kenya igihugu yakuyemwo umukenyezi yongera atanga n’impanuro zikomeye

Ruy NKEMMA
Kidumu yahagurutse avugira abarundi bari muri Kenya igihugu yakoyemwo yongera atanga n’impanuro zikomeye. Umuririmvyi w’umurundi Nimbona Jean Pierre batazira « Kidumu » yashikirije ubutumwa bukomeye inyuma y’ingingo...