AmagaraInderoIngaruka zitandukanye zo gutwara inda mu gihe ukiri mutoDavy IRACADUKUNDAMarch 9, 2026March 9, 2026 by Davy IRACADUKUNDAMarch 9, 2026March 9, 2026089 “Umwana w’imyaka cumi n’itanu avyara uwundi mwana ni ingorane, ni ingorane ikomeye cane.” Ni kuri ayo majambo y’umuhisi yahoze arongoye igihugu cacu c’Uburundi Nyenicubahiro Petero...
AmagaraInderoIco urwaruka rwo muri kaminuza ULT rwibaza ku kuganira ku buzima ndoragitsinaDavy IRACADUKUNDAFebruary 25, 2026February 25, 2026 by Davy IRACADUKUNDAFebruary 25, 2026February 25, 20260127 Kw’igenekerezo rya 20 Ruhuhuma 2026, mu bigo vya Kaminuza yitiriwe ikiyaga Tanganyika (Université du Lac Tanganyika) i Bujumbura, haratunganijwe ikiyago “débat” cahuje abanyeshure biga kw’iyo...
InderoKaminuza y’uburundi iherutse gufata ingingo nshasha zerekeye uburaro bwayoEnd EndFebruary 6, 2026February 6, 2026 by End EndFebruary 6, 2026February 6, 20260107 Umuyobozi ajejwe uburaro muri kaminuza y’Uburundi avuga ko abarekuriwe kuba mu bigo vya kaminuza y’Uburundi ko ari bo babibamwo? “Vyarabonetse ko hari igitigiri kinini c’ababa...