OLUCOME rihanura iki abategetsi b’Uburundi ku munsi wo guhimbaza ubumwe bw’abarundi?
“Abatwara uyu musi ntibaje ngaho bavuge ngo nibo bakunda igihugu kurusha abandi, nta muntu n’umwe akunda igihugu kurusha uwundi” Gabriel Rufyiri Gabriel Rufyiri arongoye ishirahamwe...
