nagaciro Magazine
FacebookYoutube
  • Intango
  • Ubutunzi
  • Imico
  • Inkino
  • Amagara Y’abantu
  • Ibidukikije
  • Ivyo dukora
    • Amasanamu
    • Video
    • ugutunganya imbuga ngurukanabumenyi
    • Ukumenyekanisha
    • Guhindura indimi (traduction)
  • Utuntu n’utundi
  • Kirundi
    • Français
    • English
  • nagaciro Magazine

    Umwungere w’idini ry’abakatolika yarababariye uwamurashe amasasu abiri bituma uyu aza guhindurwa n’urukundo yeretswe n’uwo yashaka kwica.

    Umurwi ukina Ninde urayaga ingabire y’inzu wahawe n’umuhisi Petero Nkurunziza yahoze arongoye Uburundi

    Abaririmvyi ba Gospel Vestine na Dorcas baheruka gutandukana n’uruganda MIE rwatumye bamenyekana

    Intambo n’umurisho w’ingoma n’ivyiza Uburundi bw’irata, izi zigahurumbirwa n’abarundi ubwabo n’abanyamahanga badasigaye inyuma.

    MPUNDUYERAAvr 4, 2025octobre 12, 20250
    Mu mwaka w’2011 ingoma z’Uburundi zarashizwe mu mutigiri w’itunga Kama ry’isi nk’uko bikorwa n’ishirahamwe mpuzamakungu UNESCO. Izi ngoma zamye ari akaranga k’inkoramutima karanze abarundi kuva
    Read more

    Iyo bavuze ko umwigeme agiye mu Burundi bisigura iki, mbega hakurikira iki iyo amaze kuja mu Burundi ?

    Clovis NIYONKURUAvr 3, 2025avril 3, 20250
    Mu migenzo y’uburundi, indero y’umwana camye ari ikintu citwararikwa cane hagera ku mwigeme hoho bikaba ibindi kubera umwigeme agize indero nke vyaba ari ivumwe ku
    Read more

    Imigani n’ibitito, vyakoreshejwe kuva kera mu kwigisha n’ugushimangira indero y’aho hambere biracafise ikibanza n’ubu, bikoreshejwe neza vyobandanya bifasha abatari bake.

    Clovis NIYONKURUAvr 3, 2025avril 3, 20250
    Umuririmvyi umwe niwe yaririmvye ati : "Uwutamenye iyo ava ntamenya iyo aja." Mu kwandika iki gisomwa twakozwe ku mutima n’igikorwa umwigeme Irakoze Gretta Flora yakoze
    Read more

    Navigation des articles

    1 … 4
    View Desktop Version

    Powered by PenciDesign

    Back To Top