Uwo benshi mu gitabo ca bibiliya bita Mariya Madalena aho bamwe bamwita ko yari umusambanyi woba wari uzi ko uyu mugore bamwihendako cane. Mariya Madalena...
Kw’igenekerezo rya 14 Ruhuhuma uko umwaka utashe ni umusi mukuru wo kwibuka umweranda Valentino yabayeho mu kinjana ca gatatu inyuma ya Yezu Kristu araheza ashirwa...
Hari ku musi wa hirya y’ejo ku wa gatatu(28/01/2026) aho abagize Inama Nshingamateka y’Abafaransa batora itegeko ryiyamiriza guhatirwa imibonano mpuzabitsina (violences sexuelles) gushika no mu...
Burya vyoba ari vyo ko hari itegeko ribwiriza abubakanye kurangura amabanga mpuzabitsina? Reka tuvyihweze muri ino nkuru. KURANGURA AMABANGA Y’ABUBATSE BIVA MU KWUMVIKANA Aho hambere...
Mariya nyina wa Yezu/Yesu yoba yaravyaye abandi bana? Mbega si umugore nk’abandi? Mu vyo bamwe n’abandi bamuvugako ukuri ni ukuhe? Twarinjiye mu kwezi kwa Gitugutu...
Mu misi iheze twarumvise intureka n’ibihuhusi vyariko bikubita ishengero ry’abapentekoti mu Burundi (vyiza twovuga amashengero y’abapentekoti). Uno musi rero twashimye kugaruka ku karanga k’ayo mashengero...