Utuntu n'utundiWari uzi ko igihugu ca Costa Rica kitagira igisirikare?Ruy NKEMMAMay 6, 2025May 6, 2025 by Ruy NKEMMAMay 6, 2025May 6, 20250208 Igihugu ca Costa Rica nico cabaye icambere kw'isi muguhanaguru burundu igisirikare caco kuva mumwaka wa 1948 inyuma y'intambara ihuza abanyagihugu baco (guerre civile)...
ImyugaUbutunziUtugenegeneEsthere Munezero umwe mu bigeme b’abarundikazi bikorera utwabo aratuyagira urugendo rwiwe.Ruy NKEMMAMay 6, 2025June 16, 2025 by Ruy NKEMMAMay 6, 2025June 16, 20250211 Uretse ukumwenyura kwiza kw’umwigeme Esthere Munezero kukwakira ugishika mu biro iwe aho asanzwe akorera ivyo gushariza mu mazu, ubwenge n’ubwitonzi uyu mwigeme afise buratuma ugira...
AmagaraIngwara y’inzara Onychomycose ifata abantu bari hagati y’ibice 7 na 10 kw’ijana vy’abantu baba mw’isi yoba ari ingwara bwoko ki?Ruy NKEMMAMay 6, 2025May 6, 2025 by Ruy NKEMMAMay 6, 2025May 6, 20250296 Ushobora kuba urwaye canke umaze kubona uwurwaye ingwara y'inzara zitekera zigahindura ibara zikanavunguka. None iterwa n'iki igakira gute? canke ho twoyikingira gute.?...
UmuzikiIruhande yo kuba azwi cane mu gukina ivyese umuririmvyi w’umurundi Arthur Banshayeko yaje azanye bishasha mu mwuga wo kuririmba naho.Ruy NKEMMAMay 6, 2025May 7, 2025 by Ruy NKEMMAMay 6, 2025May 7, 20250134 Imidiho mirundi benshi tutari tuzi mu giteramo c'umuririmvyi Arthur Banshayeko....
ImicoUmuzikiUtugenegeneChristophe Matata umuririmvyi atariko arahanagurika mu mitima y’abarundi ubu vubaRuy NKEMMAApril 11, 2025June 21, 2025 by Ruy NKEMMAApril 11, 2025June 21, 20250144 Christophe Matata ni umwe baririmvyi b'abarundi bakoze bigashimwa aho hambere ibituma n'ubu mu muziki w'uburundi imyaka ya 1970 canke 1980 iguma igaruka mu biteramo bitandukanye...