Kuri uyu wa 30 Ruheshi mw’ishirahamwe Akanyaburunga bafashanije na Gisabo Tours baratunganije ihiganwa ry’ivyese biri mu rurimi rw’ikirundi ihiganwa ryari ryitabiriwe n’urwaruka rukiri ruto. Kuri...
Mu mwaka w’2011 ingoma z’Uburundi zarashizwe mu mutigiri w’itunga Kama ry’isi nk’uko bikorwa n’ishirahamwe mpuzamakungu UNESCO. Izi ngoma zamye ari akaranga k’inkoramutima karanze abarundi kuva...
Mu migenzo y’uburundi, indero y’umwana camye ari ikintu citwararikwa cane hagera ku mwigeme hoho bikaba ibindi kubera umwigeme agize indero nke vyaba ari ivumwe ku...