Urwaruka ruri hagati y’imyaka 18 na 21 rwaraye rwerekanye impano zarwo muri rya higanwa Shirukamazinda
Kuri uyu wa 30 Ruheshi mw’ishirahamwe Akanyaburunga bafashanije na Gisabo Tours baratunganije ihiganwa ry’ivyese biri mu rurimi rw’ikirundi ihiganwa ryari ryitabiriwe n’urwaruka rukiri ruto. Kuri...