Sandra Muhoza na Kenny Claude Nduwimana, abamenyeshamakuru bahora mu mvuto baraye mu miryango yabo.
Kuri uyu wa 04 Ntwarante 2026, ni akanyamuneza mu muryango w’abamenyeshamakuru mu Burundi aho abari bapfunzwe baraye barekuwe vy’agateganyo.Sandra Muhoza yari yaciriwe igihano co gupfungwa...
