Ishirahamwe ALUCHOTO rivuga iki kw’ihohoterwa ry’agateka ka zina muntu mu Burundi?
“Mubakwegera Uburundi ibihano harimwo aba OPJ bagize i deal gupfungira abantu ubusa (bamuhaye ibihumbi 50 umuntu acashirwa mu gasho).” Vianney Ndayisaba arongoye ishirahamwe ALUCHOTO yabishikirije...
