Ku myaka mirongo icenda n’umwe(91) yiwe yaraye yibarutse umwana agira indwi avuga ati “Sinshaje nk’uko muvyibaza” Pierre Sablé uwahoze ari umurimyi w’umufaransa aba mu gice...
Umutunzi wa mbere kw’isi Elon Musk aratanguye kwemera ko Imana ibaho inyuma y’igihe kinini ari mu murwi w’abatemera Imana abo bita aba athée. Mu kiganiro...
Mu ndwi iheze mu gihugu c’Ubufaransa barinjije ibisigarira vy’uwahoze ari umushikiranganji w’ubutungane Robert Badinter mu nzu y’amateka “Panthéon” ibisigura ko yinjijwe mu gitigiri c’abantu bandikishije...
Mbega waruzi ko utohirahira ngo ushimane n’icabona ca Yehova utari mw’iryo dini? Ni igiki kiranga Ivyabona vya Yehova mu mico n’imigenzo yabo kikabatandukanya n’abemera b’ayandi...