Bimwe mu vyo twomenya ku ruririrmbo “Burŭndi bwacu” ruhayagiza igihugu c’Uburundi
Ururirimbo Burundi bwacu hamwe umuntu yokwibaza ko ari ururirimbo rutitawe ho bikwiye kandi ariyo ndirimbo isumba izindi. Ivyo bibonekera kuba abarundi bamwe urwo ruririmbo bataruzi...