Intango Page 3
ImicoImyugaUmuziki

Mu marira menshi n’ibigumbagumba umuririmvyikazi Celine Dion yaraye agize igiteramo inyuma y’imyaka 6 akitswe n’amagara

Yves RUSERUKANINEZA
Mu marira menshi n’ibigumbagumba umuririmvyikazi Celine Dion yaraye agarutse kuri scene muri concert inyuma y’imyaka 6 yarahagaritse ibiteramo kubera ingwara ifata inyama z’umubiri. Kuri uyu
Amagara

Uko abahinga babona amagara yo mu mutwe mu bihe vy’amakuba nk’amasanganya y’imiriro n’ibindi

Ruy NKEMMA
Kuri uyu wa 10 Nyakanga 2026 ishirahamwe ry’abahinga b’abarundi bigiye ivy’amagara yo mu mutwe CPL Mpore( Carrefour des Psychologues Lumière Mpore) rifadikanije n’iryabepiskopi CELFV(Commission Episcopale
PolitikeUbutunziUmuziki

Kidumu yahagurutse avugira abarundi bari muri Kenya igihugu yakuyemwo umukenyezi yongera atanga n’impanuro zikomeye

Ruy NKEMMA
Kidumu yahagurutse avugira abarundi bari muri Kenya igihugu yakoyemwo yongera atanga n’impanuro zikomeye. Umuririmvyi w’umurundi Nimbona Jean Pierre batazira « Kidumu » yashikirije ubutumwa bukomeye inyuma y’ingingo
ImicoUbutungane

Abategetsi b’Urwanda bahagurukiye abitwaza inyambaro z’abakenyezi mu kubahohotera

Ruy NKEMMA
Olivier Nduhungirehe umushikiranganji ajejwe imgenderanire y’Urwanda n’ayandi makungu arakebura abagabo n’abasore bitwaza ko inyambaro y’abagore ibatirimutsa bigatuma bashobora gukorera amabi afatiye ku gitsina abakenyezi. Mu