Intango Page 2
PolitikeUtuntu n'utundi

Amakuba umukenyezi n’abana ba Rwagasore bahuye na yo

Ruy NKEMMA
Umupfasoni wa Rwagasore be n’abana biwe bari mubatigeze bavurwa, ariko nabo bakaba barabonye amakuba ndetse aba boba baranishwe. Mu nkuru y’urubuga rwa Yaga Burundi yo
PolitikeUbutungane

Ibimenyetso nsimusiga vyerekana ko Rwagasore ata minsi yari asigaje atishwe

Ruy NKEMMA
Imbere y’uko umuganwa Rudoviko Rwagasore agandagurwa arashwe hariho ibimenyetso nsimusiga vyerekana ko ata minsi asigaje, mbere akaba yari amaze guhakwa gatatu. Mu nkuru y’ikinyamakuru Iwacu,
ImicoUbutungane

Mu mwaka wa 2025 ingo zasavye kwahukana zingana ibihumbi bine n’amajana ane na mirongo indwi n’icenda(4479) mu gihugu c’Urwanda

Yves RUSERUKANINEZA
Ingo zirenga ibihumbi bine n’amajana ane nizo zasavye kwahukana mu gihigu c’Urwanda mu mwaka wa 2025 wonyene nk’uko ivyegeranyo bishikirizwa n’ikigo National Institute of Statistics
IbidukikijeUburimyi n'UbworoziUbutunzi

Inkwavu zirabangamiye umugabane wa Australiya uretse kuzirasa hariko hirwa ubundi buryo bwo kuzica n’uburozi

Ruy NKEMMA
Bamwe bati « Kurirana ivyo abandi baririra » inkuru yacu tuyitanguye twibaza tuti: « uwoshikana inkwavu ziriko ziyamirizwa muri Australia mu bihugu bimwe bimwe bikunda akanyama k’urukwavu vyogenda