Uwo benshi mu gitabo ca bibiliya bita Mariya Madalena aho bamwe bamwita ko yari umusambanyi woba wari uzi ko uyu mugore bamwihendako cane. Mariya Madalena...
Kw’igenekerezo rya 14 Ruhuhuma uko umwaka utashe ni umusi mukuru wo kwibuka umweranda Valentino yabayeho mu kinjana ca gatatu inyuma ya Yezu Kristu araheza ashirwa...
Ku myaka mirongo icenda n’umwe(91) yiwe yaraye yibarutse umwana agira indwi avuga ati “Sinshaje nk’uko muvyibaza” Pierre Sablé uwahoze ari umurimyi w’umufaransa aba mu gice...
Ukumwa umushasti akoresheje igipawa, umwuko, inyundo n’ibindi vyatumye umunya Kenya avurwa cane mu binyamakuru vy’abafaransa muri iyi ndwi turangije. Safari Martins ni umugabo wo mugihugu...
Umutunzi wa mbere kw’isi Elon Musk aratanguye kwemera ko Imana ibaho inyuma y’igihe kinini ari mu murwi w’abatemera Imana abo bita aba athée. Mu kiganiro...