Tag : Rwanda

ImicoUbutungane

Mu mwaka wa 2025 ingo zasavye kwahukana zingana ibihumbi bine n’amajana ane na mirongo indwi n’icenda(4479) mu gihugu c’Urwanda

Yves RUSERUKANINEZA
Ingo zirenga ibihumbi bine n’amajana ane nizo zasavye kwahukana mu gihigu c’Urwanda mu mwaka wa 2025 wonyene nk’uko ivyegeranyo bishikirizwa n’ikigo National Institute of Statistics...
ImicoUbutungane

Abategetsi b’Urwanda bahagurukiye abitwaza inyambaro z’abakenyezi mu kubahohotera

Ruy NKEMMA
Olivier Nduhungirehe umushikiranganji ajejwe imgenderanire y’Urwanda n’ayandi makungu arakebura abagabo n’abasore bitwaza ko inyambaro y’abagore ibatirimutsa bigatuma bashobora gukorera amabi afatiye ku gitsina abakenyezi. Mu...