Christophe Matata ni umwe baririmvyi b'abarundi bakoze bigashimwa aho hambere ibituma n'ubu mu muziki w'uburundi imyaka ya 1970 canke 1980 iguma igaruka mu biteramo bitandukanye
Mu mwaka w’2011 ingoma z’Uburundi zarashizwe mu mutigiri w’itunga Kama ry’isi nk’uko bikorwa n’ishirahamwe mpuzamakungu UNESCO. Izi ngoma zamye ari akaranga k’inkoramutima karanze abarundi kuva
Mu migenzo y’uburundi, indero y’umwana camye ari ikintu citwararikwa cane hagera ku mwigeme hoho bikaba ibindi kubera umwigeme agize indero nke vyaba ari ivumwe ku
Umuririmvyi umwe niwe yaririmvye ati : "Uwutamenye iyo ava ntamenya iyo aja." Mu kwandika iki gisomwa twakozwe ku mutima n’igikorwa umwigeme Irakoze Gretta Flora yakoze