Kuri uyu wa 30 Ruheshi mw’ishirahamwe Akanyaburunga bafashanije na Gisabo Tours baratunganije ihiganwa ry’ivyese biri mu rurimi rw’ikirundi ihiganwa ryari ryitabiriwe n’urwaruka rukiri ruto. Kuri...
Umurwi “Seka Music Live Band” umenyerewe mu guteramisha abantu mu bunywero butandukanye hamwe no mu manza, ni umurwi w’abaririmvyi bakiri bato basanzwe bamenyereye akazi k’umuziki....
Umunya Canada Terry fox ntiyibagirwa kuco yakoze mukwiruka amahanga n’ukuguru kumwe yari asigaranye arondera gufasha abandi. Terry Fox yavukiye i Winnipeg mugihugu ca Canada akura...
Christophe Matata ni umwe baririmvyi b'abarundi bakoze bigashimwa aho hambere ibituma n'ubu mu muziki w'uburundi imyaka ya 1970 canke 1980 iguma igaruka mu biteramo bitandukanye...