Wa mu pilote yacumitirwa mu kirere na mugenziwe ashaka kunyuruza indege yarimwo abanyisrael 166 yaganiriye n’umukuru w’igihugu ciwe aho arwariye mu bitaro. Smit Machchhar ni...
Kuri uyu wa 10 Nyakanga 2026 ishirahamwe ry’abahinga b’abarundi bigiye ivy’amagara yo mu mutwe CPL Mpore( Carrefour des Psychologues Lumière Mpore) rifadikanije n’iryabepiskopi CELFV(Commission Episcopale...
Kuri uyu wa kabiri igenekerezo rya 8 Nyakanga 2026, umukuru w’igihugu c’Uburundi Evariste Ndayishimiye aherekejwe n’umutambukanyi wiwe yarashitse mu gihugu ca Tanzania i Kizimkazi Mtendeni...
Ku wa 13 Rusama 1981 mu kibanza ceranda « Saint Pierre » i Vatikano papa Yohani Pawulo wa kabiri yariko ararengana aramutsa ishengero ry’abantu bavuye mu mihingo...