Bimwe mu bibazo nkora mutima umukuru w’igihugu Evariste Ndayishimiye yaganiriye na Yaga Burundi
Ko mububiko bw’ibirwanisho atamuyagankuba bacishayo canke ko demokarasi umukuru w’igihugu Evariste Ndayishimiye yagiye kurwanira ari imwe n’iya Rwasa zose ni inyishu zatanzwe n’umukuru w’igihugu mu...
