Burundi: Leta ivuga iki ku rupfu rw’umushikiranganji Gabby Bugaga?
Reta y’Uburundi iramenyesha ko izoguma yibuka ubutwari n’ukwitanga kw’umushikiranganji Gabby Bugaga. Mu gihe kuri uyu wa 16.4.2026 hazindutse hahanahanwa ku mbuga ngurukana bumenyi inkuru y’umubabaro...
