AmagaraPolitike

Burundi: Leta ivuga iki ku rupfu rw’umushikiranganji Gabby Bugaga?

Reta y’Uburundi iramenyesha ko izoguma yibuka ubutwari n’ukwitanga kw’umushikiranganji Gabby Bugaga.


Mu gihe kuri uyu wa 16.4.2026 hazindutse hahanahanwa ku mbuga ngurukana bumenyi inkuru y’umubabaro y’urupfu giturumbuka rw’umushikiranganji Gabby Bugaga ajejwe kumenyesha amakuru n’ibimenyeshamakuru, Reta y’Uburundi yasohoye itangazo ryo kwemeza urwo rupfu.


Mw’itangazo ryasomwe na Jérôme Niyonzima, umuvugizi wa Reta, uyu muvugizi yamenyesheje ko urwo rupfu giturumbuka rwatewe n’isanganya.


Reta y’Uburundi ikaba yahojeje umuryango wabuze, abagize urwego nshingwabikorwa rwa Reta, abo bahora basangiye imirimo, incuti n’abagenzi hamwe n’abarundi.
Nayo imigirwa ijanye no kumushingurana iteka ngo izomenyeshwa hanyuma.

Muri urwo rukurikirane

Urwamo rw’amasasu rwinshi rwumvikanye i Bujumbura rwahitanye abantu 13

End End

Ingwara y’ivumbuka ry’urugero rw’inzoga (alcool) mu mubiri ituma uborerwa utanyoye n’ingwara nki?

Clovis NIYONKURU

Sandra Muhoza na Kenny Claude Nduwimana, abamenyeshamakuru bahora mu mvuto baraye mu miryango yabo.

End End

Butanyerera: Musitanteri wa Busoni yatunganirije umworozi yari yaciwe ihadabu rirengeye n’umukuru wa zone Cumba

End End

Abahinga bavuga ko urukundo rwoba rutarenza imyaka itatu ahubwo riho ngo rurarangira rukagenda

Ruy NKEMMA

Uburundi ni bwo bugifise ibiciro vy’ivyankenerwa biri hejuru mu bihugu vyo mu karere.

End End

Leave a Comment