nagaciro Magazine
FacebookYoutube
  • Intango
  • Ubutunzi
  • Imico
  • Inkino
  • Amagara Y’abantu
  • Ibidukikije
  • Ivyo dukora
    • Amasanamu
    • Video
    • ugutunganya imbuga ngurukanabumenyi
    • Ukumenyekanisha
    • Guhindura indimi (traduction)
  • Utuntu n’utundi
  • Kirundi
    • Français
    • English
  • nagaciro Magazine

    Imbonakazoza y’Uburundi(2040-2060) itunganije gute?

    Inama Nshingamateka y’Ubufaransa yemeje itegeko rikura ibwirizwa ry’imibonano mpuzabitsina mu rugo

    Senegal yahanywe bikomeye kubera amakosa yakoze mu rukino rwa nyuma rw’igikombe c’umupira w’amaguru ca Afrika

    Iruhande yo kuba azwi cane mu gukina ivyese umuririmvyi w’umurundi Arthur Banshayeko yaje azanye bishasha mu mwuga wo kuririmba naho.

    Ruy NKEMMAMay 6, 2025May 7, 20250
    Imidiho mirundi benshi tutari tuzi mu giteramo c'umuririmvyi Arthur Banshayeko.
    Read more

    Ubworozi bw’inka  aho hambere. Umwitwariko wakorerwa igitungwa c’inka imbere yo kuziturutsa mu gatondo.

    Clovis NIYONKURUMay 6, 2025May 6, 20250
    Kimwe mu bitungwa vyari vyubashwe cane mu Burundi bw’aho hambere yari inka
    Read more

    Christophe Matata umuririmvyi atariko arahanagurika mu mitima y’abarundi ubu vuba

    Ruy NKEMMAApr 11, 2025June 21, 20250
    Christophe Matata ni umwe baririmvyi b'abarundi bakoze bigashimwa aho hambere ibituma n'ubu mu muziki w'uburundi imyaka ya 1970 canke 1980 iguma igaruka mu biteramo bitandukanye
    Read more

    Intambo n’umurisho w’ingoma n’ivyiza Uburundi bw’irata, izi zigahurumbirwa n’abarundi ubwabo n’abanyamahanga badasigaye inyuma.

    MPUNDUYERAApr 4, 2025October 12, 20250
    Mu mwaka w’2011 ingoma z’Uburundi zarashizwe mu mutigiri w’itunga Kama ry’isi nk’uko bikorwa n’ishirahamwe mpuzamakungu UNESCO. Izi ngoma zamye ari akaranga k’inkoramutima karanze abarundi kuva
    Read more

    Iyo bavuze ko umwigeme agiye mu Burundi bisigura iki, mbega hakurikira iki iyo amaze kuja mu Burundi ?

    Clovis NIYONKURUApr 3, 2025April 3, 20250
    Mu migenzo y’uburundi, indero y’umwana camye ari ikintu citwararikwa cane hagera ku mwigeme hoho bikaba ibindi kubera umwigeme agize indero nke vyaba ari ivumwe ku
    Read more

    Imigani n’ibitito, vyakoreshejwe kuva kera mu kwigisha n’ugushimangira indero y’aho hambere biracafise ikibanza n’ubu, bikoreshejwe neza vyobandanya bifasha abatari bake.

    Clovis NIYONKURUApr 3, 2025April 3, 20250
    Umuririmvyi umwe niwe yaririmvye ati : "Uwutamenye iyo ava ntamenya iyo aja." Mu kwandika iki gisomwa twakozwe ku mutima n’igikorwa umwigeme Irakoze Gretta Flora yakoze
    Read more

    Posts navigation

    1 … 4
    View Desktop Version

    Powered by PenciDesign

    Back To Top