Inkwavu zirabangamiye umugabane wa Australiya uretse kuzirasa hariko hirwa ubundi buryo bwo kuzica n’uburozi
Bamwe bati « Kurirana ivyo abandi baririra » inkuru yacu tuyitanguye twibaza tuti: « uwoshikana inkwavu ziriko ziyamirizwa muri Australia mu bihugu bimwe bimwe bikunda akanyama k’urukwavu vyogenda...
