Muri Guatemala umwigeme yazutse haciye igihe yapfuye bamaze no kumushira mw’isandugu
Bari bamaze kumushira mw’isandugu ariko yasubiye kuronka ubuzima babona arahagurutse bitangaza benshi. Ni mu gihugu ca Guatémala aho umwigeme w’imyaka 15 yaguye hasi se arapfa...
