Umwungere w’idini ry’abakatolika yarababariye uwamurashe amasasu abiri bituma uyu aza guhindurwa n’urukundo yeretswe n’uwo yashaka kwica.
Ku wa 13 Rusama 1981 mu kibanza ceranda « Saint Pierre » i Vatikano papa Yohani Pawulo wa kabiri yariko ararengana aramutsa ishengero ry’abantu bavuye mu mihingo...
