nagaciro Magazine
FacebookYoutube
  • Intango
  • Ubutunzi
  • Imico
  • Inkino
  • Amagara Y’abantu
  • Ibidukikije
  • Ivyo dukora
    • Amasanamu
    • Video
    • ugutunganya imbuga ngurukanabumenyi
    • Ukumenyekanisha
    • Guhindura indimi (traduction)
  • Utuntu n’utundi
  • Kirundi
    • Français
    • English
  • nagaciro Magazine

    Imbonakazoza y’Uburundi(2040-2060) itunganije gute?

    Inama Nshingamateka y’Ubufaransa yemeje itegeko rikura ibwirizwa ry’imibonano mpuzabitsina mu rugo

    Senegal yahanywe bikomeye kubera amakosa yakoze mu rukino rwa nyuma rw’igikombe c’umupira w’amaguru ca Afrika

    Ibihano vyahabwa uwishe umuntu n’igihe vyashika uwishe n’uwiciwe bagasubiza hamwe.

    Clovis NIYONKURUMay 14, 2025May 14, 20250
    Intunganyo y’imibano aho hambere Abarundi barayamaze bati : “Ntazibana zidakomanya amahembe”, ahandi naho ngo “ahari abantu hama uruntu runtu”. Muri kahise k’uburundi, vyamye bishika ko abantu
    Read more

    Bimwe mu vyo twomenya ku ruririrmbo “Burŭndi bwacu” ruhayagiza igihugu c’Uburundi

    Clovis NIYONKURUMay 14, 2025May 14, 20250
    Ururirimbo Burundi bwacu hamwe umuntu yokwibaza ko ari ururirimbo rutitawe ho bikwiye kandi ariyo ndirimbo isumba izindi. Ivyo bibonekera kuba abarundi bamwe urwo ruririmbo bataruzi
    Read more

    Seka Music Live umurwi w’abakiri bato bateramisha abantu mu bunywero.

    Ruy NKEMMAMay 14, 2025May 14, 20250
    Umurwi “Seka Music Live Band” umenyerewe mu guteramisha abantu mu bunywero butandukanye hamwe no mu manza, ni umurwi w’abaririmvyi bakiri bato basanzwe bamenyereye akazi k’umuziki.
    Read more

    Terry fox umunya Canada yiguze abarwayi ba kansere yo mu kuguru n’ubu aribukwa mu mice myinshi y’isi

    Ruy NKEMMAMay 14, 2025May 14, 20250
    Umunya Canada Terry fox ntiyibagirwa kuco yakoze mukwiruka amahanga n’ukuguru kumwe yari asigaranye arondera gufasha abandi. Terry Fox yavukiye i Winnipeg mugihugu ca Canada akura
    Read more

    Akamaro k’inka y’aho hambere mu mice yose

    Clovis NIYONKURUMay 7, 2025May 7, 20250
    Ubworozi bw’inka mu Burŭndi, inka igitungwa ibikigize nka vyose bifise akamaro kandi ata na kimwe gitabwa kidakoreshejwe.
    Read more

    Igiti c’umurinzi n’ibitangaza cakoze mu barundi b’aho hambere

    Clovis NIYONKURUMay 7, 2025May 7, 20250
    Ibidukikije nivyo vyadukujije. Muri ivyo, ibiti vyari bifise akamaro kadasanzwe mbere harimwo n’ivyari vyubashwe cane
    Read more

    Ubutwari bwa Sebastião Ribeiro Salgado 

    Ruy NKEMMAMay 6, 2025May 7, 20250
    N’ubwo mu buzima bwa minsi yose umuntu azwi ko ari we yica isi mu kwonona ibidukikije, hari n’abandi batanga icizere mu gukora ibintu bitangaje vyo
    Read more

    Wari uzi ko igihugu ca Costa Rica kitagira igisirikare?

    Ruy NKEMMAMay 6, 2025May 6, 20250
    Igihugu ca Costa Rica nico cabaye icambere kw'isi muguhanaguru burundu igisirikare caco kuva mumwaka wa 1948 inyuma y'intambara ihuza abanyagihugu baco (guerre civile)
    Read more

    Esthere Munezero umwe mu bigeme b’abarundikazi bikorera utwabo aratuyagira urugendo rwiwe.

    Ruy NKEMMAMay 6, 2025June 16, 20250
    Uretse ukumwenyura kwiza kw’umwigeme Esthere Munezero kukwakira ugishika mu biro iwe aho asanzwe akorera ivyo gushariza mu mazu, ubwenge n’ubwitonzi uyu mwigeme afise buratuma ugira
    Read more

    Ingwara y’inzara Onychomycose ifata abantu bari hagati y’ibice 7 na 10 kw’ijana vy’abantu baba mw’isi yoba ari ingwara bwoko ki?

    Ruy NKEMMAMay 6, 2025May 6, 20250
    Ushobora kuba urwaye canke umaze kubona uwurwaye ingwara y'inzara zitekera zigahindura ibara zikanavunguka. None iterwa n'iki igakira gute? canke ho twoyikingira gute.?
    Read more

    Posts navigation

    1 … 3 4
    View Desktop Version

    Powered by PenciDesign

    Back To Top