Tag : RTNB

Amagara

Burundi: Ubuhinga bwa fécondation In Vitro bwahaye ikibondo abavyeyi bari bamaze imyaka 20 batavyara

Ruy NKEMMA
Ubuhinga bwo kwibaruka biciye mu buryo « fécondation in vitro » bwaraye buhaye ikibondo abarundi bari babanye bamaze imyaka 20 batararonka ikibondo. Jean Bosco Habonimana na Pascaline...