Abasenyeri Katolika bo mu gihugu c’u Rwanda n’ic’u Burundi basubiye kuja hamwe mu gusaba ko imbibe zokwugururwa.
Abepiskopi b’Urwanda n’Uburundi barasaba ko imbibe zimaze imyaka iri hafi yo kuba itatu zugaye hagati y’ibi bihugu vyabo bibiri zokwugururwa. Ivyo babishikirije mu nama y’ishirahamwe...
