Akamaro ko guheba burundu uwo mwahora mukundana mu ntumbero yo gukingira amagara
Mbega ni vyiza guheba gose ibintu vyose vyerekeye uwo mwahora mukundana inyuma yo guhebana? abahinga babivugako iki? Iyo uhebanye n’uwo mwahora mukundana yaba uwo mwubakanye...
