Burundi: Amasasu menshi yumvikanye mw’itongo ry’abapfuye muri Komine Matongo
Umurwi w’abantu bari bagiye kumena imva muri Butanyerera watumye igipolisi kirasa amasasu atari make kugira giteshe ubu bugizi bwa nabi. Mw’ijoro ryaraye rikeye(11/12/026) harumvikanye amasasu...
