IbidukikijeUburimyi n'UbworoziUbutunzi

Inkwavu zirabangamiye umugabane wa Australiya uretse kuzirasa hariko hirwa ubundi buryo bwo kuzica n’uburozi

Ruy NKEMMA
Bamwe bati « Kurirana ivyo abandi baririra » inkuru yacu tuyitanguye twibaza tuti: « uwoshikana inkwavu ziriko ziyamirizwa muri Australia mu bihugu bimwe bimwe bikunda akanyama k’urukwavu vyogenda...
ImicoImyugaUmuziki

Mu marira menshi n’ibigumbagumba umuririmvyikazi Celine Dion yaraye agize igiteramo inyuma y’imyaka 6 akitswe n’amagara

Yves RUSERUKANINEZA
Mu marira menshi n’ibigumbagumba umuririmvyikazi Celine Dion yaraye agarutse kuri scene muri concert inyuma y’imyaka 6 yarahagaritse ibiteramo kubera ingwara ifata inyama z’umubiri. Kuri uyu...
Amagara

Uko abahinga babona amagara yo mu mutwe mu bihe vy’amakuba nk’amasanganya y’imiriro n’ibindi

Ruy NKEMMA
Kuri uyu wa 10 Nyakanga 2026 ishirahamwe ry’abahinga b’abarundi bigiye ivy’amagara yo mu mutwe CPL Mpore( Carrefour des Psychologues Lumière Mpore) rifadikanije n’iryabepiskopi CELFV(Commission Episcopale...