Ku wa 13 Rusama 1981 mu kibanza ceranda « Saint Pierre » i Vatikano papa Yohani Pawulo wa kabiri yariko ararengana aramutsa ishengero ry’abantu bavuye mu mihingo
Mariya nyina wa Yezu/Yesu yoba yaravyaye abandi bana? Mbega si umugore nk’abandi? Mu vyo bamwe n’abandi bamuvugako ukuri ni ukuhe? Twarinjiye mu kwezi kwa Gitugutu
Mu misi iheze twarumvise intureka n’ibihuhusi vyariko bikubita ishengero ry’abapentekoti mu Burundi (vyiza twovuga amashengero y’abapentekoti). Uno musi rero twashimye kugaruka ku karanga k’ayo mashengero
Iyo umuntu aciye ubwenge mu buzima atari mw’ishure gusa, hariho ibimenyetso bimwe bimuranga kandi akenshi nya muntu ntaba azi ko ari incabwenge kubwavyo. Abahinga mu